Lionel Messi nta nkeka, ni we mukinyi rurangiranwa mu mupira w’amaguru. Ku myaka 35, uyu musatirizi wa Argentina amaze gutsindira hafi ubushimwe bwose muri uru rukino. Komeza usome Yatsindiye Umupira ...
Inyuma y’amayinga yaranzwe n’icuka kibi cibonekeje muri poritike ya Amerika, Donald Trump yatanze ubutumwa bukomeye bw’ubumwe, mw’ijambo ryo kwemera igenwa ryiwe kugira ngo aserukire umugambwe ...